Ivyakozwe 11:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Amaze kumutora, aca amuzana i Antiyokiya. Bamara umwaka wose bakoranira hamwe n’abo mw’ishengero ryaho, bigisha n’isinzi ritari rito. Aho i Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa «abakirisu+» bivuye ku Mana. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:26 Nushinge intahe, rup. 74-76
26 Amaze kumutora, aca amuzana i Antiyokiya. Bamara umwaka wose bakoranira hamwe n’abo mw’ishengero ryaho, bigisha n’isinzi ritari rito. Aho i Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa «abakirisu+» bivuye ku Mana.