Ivyakozwe 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Uwo mumarayika amubwira ati: «Ambara* impuzu, wambare n’ibirato*.» Aravyambara. Hanyuma amubwira ati: «Shirako n’impuzu yawe yo hejuru, unkurikire.»
8 Uwo mumarayika amubwira ati: «Ambara* impuzu, wambare n’ibirato*.» Aravyambara. Hanyuma amubwira ati: «Shirako n’impuzu yawe yo hejuru, unkurikire.»