-
Ivyakozwe 12:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Bamubwira bati: «Wasaze.» Mugabo aguma ashimika ababwira ko ari vyo. Baca bavuga bati: «Namba ari umumarayika wiwe!»