Ivyakozwe 12:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Herodi aramurondera hose, aramubura. Aca asambisha abarinzi maze ategeka yuko bajanwa guhanwa+. Araheza ava i Yudaya amanuka i Sezariya, ahamara igihe. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:19 Nushinge intahe, rup. 81
19 Herodi aramurondera hose, aramubura. Aca asambisha abarinzi maze ategeka yuko bajanwa guhanwa+. Araheza ava i Yudaya amanuka i Sezariya, ahamara igihe.