Ivyakozwe 12:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nayo Barunaba+ na Sawuli bamaze kurangura neza igikorwa co gutanga imfashanyo i Yeruzalemu+, basubira inyuma bahitana Yohani+, wa wundi yitwa kandi Mariko. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:25 Umunara w’Inderetsi,15/3/2010, rup. 7 Nushinge intahe, rup. 118
25 Nayo Barunaba+ na Sawuli bamaze kurangura neza igikorwa co gutanga imfashanyo i Yeruzalemu+, basubira inyuma bahitana Yohani+, wa wundi yitwa kandi Mariko.