Ivyakozwe 13:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 “Nimurabe ivyo ndiko ndakora yemwe banyakagaye, mutangare muzimangane, kuko mu misi yanyu ngira nkore ikintu mutazokwigera mwemera naho hogira uwukibabwira ido n’ido+.”» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:41 Umunara w’Inderetsi,1/2/2000, rup. 19
41 “Nimurabe ivyo ndiko ndakora yemwe banyakagaye, mutangare muzimangane, kuko mu misi yanyu ngira nkore ikintu mutazokwigera mwemera naho hogira uwukibabwira ido n’ido+.”»