Ivyakozwe 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uyo mugabo yariko yumviriza ivyo Pawulo avuga. Pawulo amwitegereje neza akabona ko afise ukwizera kwotuma akizwa+,
9 Uyo mugabo yariko yumviriza ivyo Pawulo avuga. Pawulo amwitegereje neza akabona ko afise ukwizera kwotuma akizwa+,