Ivyakozwe 14:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Baca bavayo bafata ubwato baja i Antiyokiya. Aho ni ho batanguriye urugendo igihe abavukanyi babaragiza Imana n’ubuntu bwayo buhebuje kugira bakore igikorwa bari bahejeje kurangura+.
26 Baca bavayo bafata ubwato baja i Antiyokiya. Aho ni ho batanguriye urugendo igihe abavukanyi babaragiza Imana n’ubuntu bwayo buhebuje kugira bakore igikorwa bari bahejeje kurangura+.