-
Ivyakozwe 15:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Nuko abagize ishengero barabaherekeza gatoyi. Abo bagabo babandanya urugendo baca i Fenisiya n’i Samariya, bigana ido n’ido ingene abanyamahanga bariko barahinduka, batuma abavukanyi bose bagira umunezero mwinshi.
-