Ivyakozwe 15:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Maze intumwa n’abakurambere hamwe n’ishengero ryose bafata ingingo yo kurungika i Antiyokiya abagabo batowe muri bo, bari kumwe na Pawulo na Barunaba. Barungitse Yuda yitwa kandi Barusaba be na Silasi+. Bari abagabo b’imboneza mu bavukanyi. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:22 Nushinge intahe, rup. 113
22 Maze intumwa n’abakurambere hamwe n’ishengero ryose bafata ingingo yo kurungika i Antiyokiya abagabo batowe muri bo, bari kumwe na Pawulo na Barunaba. Barungitse Yuda yitwa kandi Barusaba be na Silasi+. Bari abagabo b’imboneza mu bavukanyi.