Ivyakozwe 17:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo aho Abayuda b’i Tesalonika bamenyeye yuko Pawulo yariko aramamaza ijambo ry’Imana n’i Beroya, bajayo kugira bagumure bongere badurumbanye amasinzi+.
13 Mugabo aho Abayuda b’i Tesalonika bamenyeye yuko Pawulo yariko aramamaza ijambo ry’Imana n’i Beroya, bajayo kugira bagumure bongere badurumbanye amasinzi+.