Ivyakozwe 17:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ubwo nyene abavukanyi baca barungika Pawulo ku kiyaga+, mugabo Silasi na Timoteyo basigarayo.