Ivyakozwe 17:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abanyatene bose n’abanyamahanga babayo*, bamara umwanya wabo wose wo kwisamaza bavuga gusa ibintu bishasha canke bavyumviriza. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:21 Be maso!,4/2011, rup. 18
21 Abanyatene bose n’abanyamahanga babayo*, bamara umwanya wabo wose wo kwisamaza bavuga gusa ibintu bishasha canke bavyumviriza.