Ivyakozwe 18:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Aho Silasi+ na Timoteyo+ bamanukiye bavuye i Masedwane, Pawulo atangura kumara umwanya wiwe wose yigisha ijambo ry’Imana, ashinga intahe imbere y’Abayuda kugira yerekane neza ko Yezu ari we Kristu+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:5 Nushinge intahe, rup. 151 Igikorwa dukorera Ubwami,4/2001, rup. 3
5 Aho Silasi+ na Timoteyo+ bamanukiye bavuye i Masedwane, Pawulo atangura kumara umwanya wiwe wose yigisha ijambo ry’Imana, ashinga intahe imbere y’Abayuda kugira yerekane neza ko Yezu ari we Kristu+.