Ivyakozwe 18:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nuko bashika i Efeso, abasiga mu gisagara, aja mw’isinagogi, afasha Abayuda kuzirikana+.