Ivyakozwe 18:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Amazeyo igihe gitoyi, avayo aragenda, ava hamwe aja ahandi mu ntara ya Galatiya n’i Firijiya+, akomeza abigishwa bose+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:23 Nushinge intahe, rup. 160
23 Amazeyo igihe gitoyi, avayo aragenda, ava hamwe aja ahandi mu ntara ya Galatiya n’i Firijiya+, akomeza abigishwa bose+.