Ivyakozwe 19:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Na we ati: «None mwabatijwe ibatisimu nyabaki?» Bavuga bati: «Ibatisimu ya Yohani+.»