Ivyakozwe 23:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nasanze yagirizwa ibibazo bijanye n’amategeko yabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa cotuma yicwa canke apfungwa.
29 Nasanze yagirizwa ibibazo bijanye n’amategeko yabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa cotuma yicwa canke apfungwa.