Ivyakozwe 24:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mugabo Pawulo atanguye kuvuga ibijanye n’ubugororotsi n’ukwigumya be n’igihe Imana izocira imanza abantu+, Felisi aca agira ubwoba maze avuga ati: «Nube uragenda. Nzosubira kugutumako ninaronka umwanya.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 24:25 Nushinge intahe, rup. 194-195
25 Mugabo Pawulo atanguye kuvuga ibijanye n’ubugororotsi n’ukwigumya be n’igihe Imana izocira imanza abantu+, Felisi aca agira ubwoba maze avuga ati: «Nube uragenda. Nzosubira kugutumako ninaronka umwanya.»