Ivyakozwe 25:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Mugabo nabonye ko ata kintu na kimwe yari yakoze cotuma yicwa+. Aho rero uyu mugabo ubwiwe yungururije kwa Nyenicubahiro, nafashe ingingo yo kumurungikayo.
25 Mugabo nabonye ko ata kintu na kimwe yari yakoze cotuma yicwa+. Aho rero uyu mugabo ubwiwe yungururije kwa Nyenicubahiro, nafashe ingingo yo kumurungikayo.