Ivyakozwe 25:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mugabo nta kintu gitomoye mfise nokwandikira Databuja* ku bijanye n’uyu muntu. Ni co gituma ndamuzanye imbere yanyu mwese, na canecane imbere yawe, mwami Agiripa, kugira ngo niyamara gusambishwa, ndonke ico nandika.
26 Mugabo nta kintu gitomoye mfise nokwandikira Databuja* ku bijanye n’uyu muntu. Ni co gituma ndamuzanye imbere yanyu mwese, na canecane imbere yawe, mwami Agiripa, kugira ngo niyamara gusambishwa, ndonke ico nandika.