Ivyakozwe 26:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Mugabo bariko baragenda, batangura kubwirana bati: «Uyu muntu nta kintu na kimwe akora cotuma yicwa canke apfungwa+.»
31 Mugabo bariko baragenda, batangura kubwirana bati: «Uyu muntu nta kintu na kimwe akora cotuma yicwa canke apfungwa+.»