Ivyakozwe 26:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Agiripa aca abwira Fesito ati: «Uyu muntu yari kurekurwa iyo ataba yarungururije kwa Sezari+.»