Ivyakozwe 27:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 ambwira ati: “Ntutinye, Pawulo. Utegerezwa guhagarara imbere ya Sezari+, kandi wewe n’abo muri kumwe mu bwato bose Imana izobarokora.” Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:24 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),9/2016, rup. 15-16
24 ambwira ati: “Ntutinye, Pawulo. Utegerezwa guhagarara imbere ya Sezari+, kandi wewe n’abo muri kumwe mu bwato bose Imana izobarokora.”