Abaroma 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abo bose bacumuye ata mategeko bafise, bazopfa ata mategeko abacira urubanza+. Mugabo abo bose bacumuye bagabwa n’amategeko, bazocirwa urubanza n’amategeko+. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:12 Umunara w’Inderetsi,15/6/2011, rup. 10
12 Abo bose bacumuye ata mategeko bafise, bazopfa ata mategeko abacira urubanza+. Mugabo abo bose bacumuye bagabwa n’amategeko, bazocirwa urubanza n’amategeko+.