Abaroma 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko si ico gihe gusa. N’igihe Rebeka yasama inda y’amahasa kuri wa mugabo Izahaki sogokuruza wacu, ni ko vyagenze+.
10 Ariko si ico gihe gusa. N’igihe Rebeka yasama inda y’amahasa kuri wa mugabo Izahaki sogokuruza wacu, ni ko vyagenze+.