Abaroma 16:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ubugamburutsi bwanyu bwaramenyekanye hose, ni co gituma mumpimbara cane. Ariko nshaka ko muba inkerebutsi mu gukora iciza, ariko mukaba intungane mu kwirinda ikibi+.
19 Ubugamburutsi bwanyu bwaramenyekanye hose, ni co gituma mumpimbara cane. Ariko nshaka ko muba inkerebutsi mu gukora iciza, ariko mukaba intungane mu kwirinda ikibi+.