1 Abakorinto 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 kuko mukiri ab’umubiri+. None ko hari ishari n’imiryano muri mwebwe, mwumva mutari ab’umubiri+? Mwumva mutigenza nk’uko abantu bigenza?
3 kuko mukiri ab’umubiri+. None ko hari ishari n’imiryano muri mwebwe, mwumva mutari ab’umubiri+? Mwumva mutigenza nk’uko abantu bigenza?