1 Abakorinto 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Mugabo nzoza iwanyu vuba, Yehova* niyabigomba. Sinzoba nshaka kwumva ivyo abo bantu bivyimvya bavuga, ahubwo nzoba nshaka kumenya ko bafise ububasha buva ku Mana.
19 Mugabo nzoza iwanyu vuba, Yehova* niyabigomba. Sinzoba nshaka kwumva ivyo abo bantu bivyimvya bavuga, ahubwo nzoba nshaka kumenya ko bafise ububasha buva ku Mana.