1 Abakorinto 5:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Sinashaka kuvuga kutifatanya na gato n’abasambanyi* bo muri iyi si+ canke abanyamunoho canke abambuzi canke abasenga ibigirwamana. Ahandiho mwotegerezwa kuva mw’isi+.
10 Sinashaka kuvuga kutifatanya na gato n’abasambanyi* bo muri iyi si+ canke abanyamunoho canke abambuzi canke abasenga ibigirwamana. Ahandiho mwotegerezwa kuva mw’isi+.