1 Abakorinto 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo nimba badashobora kwigumya, nibubake kuko ari vyiza kwubaka kuruta kururumba inambu+.