1 Abakorinto 7:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse canke umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ngo abe mweranda mu mubiri no mu mutima. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:34 Umunara w’Inderetsi,15/7/2008, rup. 271/11/1996, rup. 12
34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse canke umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ngo abe mweranda mu mubiri no mu mutima. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe.