1 Abakorinto 7:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Mugabo nimba umuntu yiyemeje mu mutima wiwe kuguma atubatse*, akaba yumva atabikeneye, akaba ashoboye kwigumya, kandi akaba yarafashe iyo ngingo mu mutima wiwe, azoba agize neza+. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:37 Umunara w’Inderetsi,15/10/2011, rup. 17
37 Mugabo nimba umuntu yiyemeje mu mutima wiwe kuguma atubatse*, akaba yumva atabikeneye, akaba ashoboye kwigumya, kandi akaba yarafashe iyo ngingo mu mutima wiwe, azoba agize neza+.