1 Abakorinto 9:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ku Bayuda nacitse nk’Umuyuda, kugira ndonke Abayuda+. Ku bagabwa n’amategeko nacitse nk’uwugabwa n’amategeko, naho jewe ubwanje ntagabwa n’amategeko, kugira ndonke abagabwa n’amategeko+.
20 Ku Bayuda nacitse nk’Umuyuda, kugira ndonke Abayuda+. Ku bagabwa n’amategeko nacitse nk’uwugabwa n’amategeko, naho jewe ubwanje ntagabwa n’amategeko, kugira ndonke abagabwa n’amategeko+.