1 Abakorinto 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Umubiri wanje ndawukubitagura ibipfunsi*+ nkawugira umuja, kugira ngo maze kubwira abandi inkuru nziza, nanje ubwanje simpave mba uwutemewe*. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:27 Umunara w’Inderetsi,15/4/2013, rup. 14 Urashobora Kubaho, rup. 223
27 Umubiri wanje ndawukubitagura ibipfunsi*+ nkawugira umuja, kugira ngo maze kubwira abandi inkuru nziza, nanje ubwanje simpave mba uwutemewe*.