1 Abakorinto 10:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Nuko rero, mwaba murya canke munywa canke mukora ikindi kintu cose, mukore vyose kugira Imana ininahazwe+. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:31 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 43
31 Nuko rero, mwaba murya canke munywa canke mukora ikindi kintu cose, mukore vyose kugira Imana ininahazwe+.