2 Abakorinto 4:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Kuko ivyo bintu vyose bihari ku bwanyu, kugira ngo ukugwira kw’ubuntu buhebuje* kurushirize kwongerekana kubera abandi bantu benshi bariko barakengurukira Imana, bitume ininahazwa+.
15 Kuko ivyo bintu vyose bihari ku bwanyu, kugira ngo ukugwira kw’ubuntu buhebuje* kurushirize kwongerekana kubera abandi bantu benshi bariko barakengurukira Imana, bitume ininahazwa+.