2 Abakorinto 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ko rero tuzi ugutinya Umukama ico ari co, tuguma dufasha abantu ngo banyurwe, mugabo Imana iratuzi neza*. Ariko ndizigiye ko n’ijwi ryanyu ryo mu mutima rituzi neza*. 2 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:11 Umunara w’Inderetsi,1/1/1999, rup. 11-12
11 Ko rero tuzi ugutinya Umukama ico ari co, tuguma dufasha abantu ngo banyurwe, mugabo Imana iratuzi neza*. Ariko ndizigiye ko n’ijwi ryanyu ryo mu mutima rituzi neza*.