-
2 Abakorinto 7:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Mugabo ubu ndanezerwa, atari kubera ko mwagize umubabaro, ahubwo kubera ko mwagize umubabaro utuma mwigaya. Mwagize umubabaro uhuye n’ivyo Imana igomba, ku buryo ata ngorane mwagize kubera twebwe.
-