-
2 Abakorinto 7:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Raba ingene umubabaro uhuye n’ivyo Imana igomba mwagize watumye mugira ishaka ryinshi, ingene watumye mwikurako ibara mwari mwambaye, ingene watumye mushavuzwa n’ikibi cabaye, ingene watumye mutinya Imana, ingene watumye mugira icipfuzo gikomeye, ingene watumye mugira umwete n’ingene watumye musubiza ibintu mu buryo+! Muri vyose mwarerekanye ko mwera* ku bijanye n’ico kibazo.
-