2 Abakorinto 8:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko muzi ubuntu buhebuje bw’Umukama wacu Yezu Kristu, yuko naho yari umutunzi yacitse umukene ku neza yanyu+, kugira ngo mube abatunzi biciye ku bukene bwiwe.
9 Kuko muzi ubuntu buhebuje bw’Umukama wacu Yezu Kristu, yuko naho yari umutunzi yacitse umukene ku neza yanyu+, kugira ngo mube abatunzi biciye ku bukene bwiwe.