2 Abakorinto 8:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Mugabo nihagira uwubaza ivyerekeye Tito, muramubwira ko ari mugenzanje* akaba n’uwo dukorana ku nyungu zanyu. Nihagira na ho uwubabaza ivyerekeye abavukanyi bazananye, muramubwira ko ari intumwa z’amashengero zituma Kristu aninahazwa.
23 Mugabo nihagira uwubaza ivyerekeye Tito, muramubwira ko ari mugenzanje* akaba n’uwo dukorana ku nyungu zanyu. Nihagira na ho uwubabaza ivyerekeye abavukanyi bazananye, muramubwira ko ari intumwa z’amashengero zituma Kristu aninahazwa.