4 Mvuze gutyo kuko iyo haje umuntu akamamaza uwitwa Yezu atandukanye n’umwe twebwe twamamaje, canke mukoshwa n’ivyiyumviro bitandukanye n’ivyahora bibayobora, canke hakaza uwubabwira inkuru nziza itandukanye n’iyo mwemeye+, biborohera kumwihanganira.