2 Abakorinto 11:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Narakora cane nkabira akuya, nkarara maso kenshi+, ngasonza, nkanyoterwa+, kenshi nkabura ivyo ndya+, nkicwa n’imbeho, nkabura n’impuzu nambara*.
27 Narakora cane nkabira akuya, nkarara maso kenshi+, ngasonza, nkanyoterwa+, kenshi nkabura ivyo ndya+, nkicwa n’imbeho, nkabura n’impuzu nambara*.