-
2 Abakorinto 12:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Mbega mumaze uwu mwanya wose mwiyumvira yuko turiko twiregura imbere yanyu? Turiko tuvugira imbere y’Imana nk’abunze ubumwe na Kristu. Mugabo ga bakundwa, vyose tubikora kugira tububake.
-