Abagalatiya 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ubuntu buhebuje* n’amahoro biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu bibane namwe.