Abagalatiya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Si uko hari ubundi bwoko bw’inkuru nziza, ahubwo ni uko hari abantu bamwebamwe bariko barabadurumbanya+ kandi bagashaka kugoramika inkuru nziza yerekeye Kristu.
7 Si uko hari ubundi bwoko bw’inkuru nziza, ahubwo ni uko hari abantu bamwebamwe bariko barabadurumbanya+ kandi bagashaka kugoramika inkuru nziza yerekeye Kristu.