-
Abagalatiya 4:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Ico mvuga rero, ni uko igihe samuragwa aba akiri umwana mutoyi ata ho aba atandukaniye n’umushumba, naho nyene ibintu vyose biba ari rwiwe.
-