Abagalatiya 4:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 None ka gahimbare mwari mufise kagiye hehe? Kuko ndabashingira intahe yuko iyaba vyari gushoboka, mwari kwinogora amaso mukayampa+.
15 None ka gahimbare mwari mufise kagiye hehe? Kuko ndabashingira intahe yuko iyaba vyari gushoboka, mwari kwinogora amaso mukayampa+.