Abafilipi 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ariko ubu mbona yuko bikenewe ko ndabarungikira umuvukanyi wanje Epafurodito. Ni umukozi mugenzanje n’umusoda mugenzanje, akaba n’intumwa mwarungitse ngo amfashe mu vyo nkenera+.
25 Ariko ubu mbona yuko bikenewe ko ndabarungikira umuvukanyi wanje Epafurodito. Ni umukozi mugenzanje n’umusoda mugenzanje, akaba n’intumwa mwarungitse ngo amfashe mu vyo nkenera+.